USA: Intambara y’ amagambo hagati ya Trump na Biden ishobora guhitana benshi

Mu gihe hasigaye amezi abiri n’icyumweru kimwe ngo habe amatora y’ umukuru w’igihugu muri Leta zunze ubumwe za Amerika, Perezida Donald Trump hamwe n’umudemokrate bazahatanira uyu mwanya, Joe Biden ubwo aba bagabo bombi baterana amagambo.

Bahanganye ku bwicanyi bubera mu mihanda, bushingiye ku karengane mu butabera gakorwa gashingiye ku ruhu ndetse na polisi irebera.

Pereziza Trump yanditse ubutumwa ku rubuga Twitter ko ategekanya gusurara umujyi wa Kenosha, muri Wisconsin, kuri uyu wa kabiri ahabaye imyigarambyo yavuyemwo ubwicanyi mu cyumweru gishize. Ni inyuma y’aho umuporisi arasiye umugabo w’umwirabura mu mugongo barimo bagerageza kumufata.

Muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, umusore w’umuzungu avuga ko yarimo arinda ibicuruzwa ngo bitibwa ariko akaba ashinjwa kwica abantu babiri abarashe ndetse akomeretsa uwundi umwe mu myigaragambyo yabereye ku mihanda yo Mujyi wa Portland muri leta ya Oregon.

Perezida Trump yavuze ko ubwo bugizi bwa nabi muri Leta ya Wisconsin na Oregon bwatumye  Joe  Biden ava mu nzu ye  mu nzu ye mu Mujyi wa Delaware aho yari mu gikorwa cyo kwiyamamaza. igikorwa cyatumye Trump afata mugenzi we bahanganya nk’ umunyabwoba unatinya guhura n’ abantu kubera gutinya Covid-19.

 

Mw’ijambo yashikirije kuri uyu wa mbere ari mu gisagara cya Pittsburgh muri Pennsylvania, Biden aryoza ubwo bwicanyi kuri perezida Trump. Avuga ko Trump adashobora kubuhagarika kuko ngo ni we amaze imyaka abushyigikye. Avuga kandi ko perezida Trump yifashisha ubwo bwicanyi ku nyungu ze za politike.

Guverineri wa Leta ya Wisconsin, Tony Evers yasabye perezida Trump guhagarika urugendo ategekanya kuri uyu wa kabiri mu gisagara ca Kenosha kugira ntibibyure iyindi myigarambyo.

Carine Ineza/Celebzmagazine.com




Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *