Canada yaburiye irengero abantu basaga 34.000 bari barasabye ubuhungiro

Ikigo cya Leta gishinzwe abinjira n’ abasoka muri Canada cyatangaje ko cyaburiye irengero abanyamahanga barenga 34 000 . Abo bantu bagizwe ahanini n’abasabye ubuhungiro bwo kuba muri icyo gihugu mu nyuma barabwimwa. Iki kigo cyabitangarije Inteko Nshingamategeko ya Canada kuwa 8 Nyakanga 2020.

Canada kandi yatangaje ko ibuze irenegero ry’ aba bantu mu gihe yari yaranze kubaha ubwenegihugu ibasaba kurindira abo baturage bakomoka ahanini mu bihugu 15, birimwo Afuganistani, Repubulika ya demokarasi ya Kongo, Haiti na Iraki.

Canada iri mu bihugu byateye imbere byarakiriye umubare munini w’ abantu basaga 50 000 mu mwaka w’2017 bikaza kugera ku 64 000 muri 2019.

Celebzmagazine.com




Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *